Democratizing Access to Information: An Open and Inclusive Localization Model

Amel Fraisse · LillOA (Université de Lille (University Of Lille)) · 2019

(Langue : kinyarwinda) Tuvuga ubuhinga burekurira abantu bose atavangura gukoresha ubuhinga bwa none mundimi zabo kavukire. Muri kino gihe, ihindurwa ry’ibisomwa bikoreshwa murubwo buhinga bwa none rikorwa n’abahinga bo guhindura indimi babigize umwuga. Ivyo bigatuma iryo hindurwa rifata umwanya muremure, rikaba rizimvye ndetse bigatuma riba kenshi na kenshi ku ndimi zikoreshwa cane. Ico gikogwa gisa n’ikidashoboka kundimi zigeramiwe kumvo z’uburyo hamwe no kumvo zubukene bw’abahinyanyuzi b’izo ndimi. Twebwe ico dusaba n’uko abakoresha izo ndimi bohabwa urihara rukomeye muri iryo hindurwa ry’indimi, na cane cane ko ababukoresha bazi izo ndimi busanzwe buteguwemwo (kenshi na kenshi icongereza) boshobora kugerageza kubuhindura bakabushira mu ndimi z’iwabo kavukire.

Read the paper · More papers on PaperTik